1 Ngoma 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Uza ku buryo amugarika, kuko yari atumye ukuboko kuri nya Sandugu+, apfira ng’aho nyene imbere y’Imana+.
10 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Uza ku buryo amugarika, kuko yari atumye ukuboko kuri nya Sandugu+, apfira ng’aho nyene imbere y’Imana+.