Zaburi 60:akajambo k’intangamarara Bibiliya y’isi nshasha Ku muyobozi, kw’Ilisi ry’Icibutsa. Mikitamu. Ni izaburi ya Dawidi. Ku bwo kwigisha+. Igihe yarwana na Aramu-naharayimu na Aramu-Zoba, Yowabu na we akagaruka agasasika Edomu mu Mubande w’Umunyu, emwe, ibihumbi cumi na bibiri+.
Ku muyobozi, kw’Ilisi ry’Icibutsa. Mikitamu. Ni izaburi ya Dawidi. Ku bwo kwigisha+. Igihe yarwana na Aramu-naharayimu na Aramu-Zoba, Yowabu na we akagaruka agasasika Edomu mu Mubande w’Umunyu, emwe, ibihumbi cumi na bibiri+.