2 Samweli 20:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ira Umuyayiri na we nyene aba umuherezi*+ wa Dawidi. 1 Abami 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Azariya mwene Natani+ yari umukuru w’ivyariho, Zabudi mwene Natani na we akaba umuherezi, umukunzi+ w’umwami; 1 Ngoma 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Benaya+ mwene Yehoyada+ ni we yagaba Abakereti+ n’Abapeleti+; kandi bene Dawidi bari bafise ikibanza ca mbere iruhande y’umwami+.
5 Azariya mwene Natani+ yari umukuru w’ivyariho, Zabudi mwene Natani na we akaba umuherezi, umukunzi+ w’umwami;
17 Benaya+ mwene Yehoyada+ ni we yagaba Abakereti+ n’Abapeleti+; kandi bene Dawidi bari bafise ikibanza ca mbere iruhande y’umwami+.