2 Samweli 23:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aya ni yo mazina y’abagabo b’abanyenkomezi+ bari aba Dawidi: Yoshebu-bashebeti+ Umutahakimoni, umukuru wa bamwe batatu. Yari abanguriye icumu ku bantu amajana umunani biciwe icarimwe. 1 Ngoma 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Dawidi avyumvise, aca arungika Yowabu+ n’ingabo zose n’abagabo b’abanyenkomezi+.
8 Aya ni yo mazina y’abagabo b’abanyenkomezi+ bari aba Dawidi: Yoshebu-bashebeti+ Umutahakimoni, umukuru wa bamwe batatu. Yari abanguriye icumu ku bantu amajana umunani biciwe icarimwe.