Itanguriro 19:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Umuto na we nyene yibaruka umuhungu, amwita Beni-ami. Ni we se wa bene Amoni+ gushika n’uyu musi. Guharura 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+. 1 Ngoma 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abantu basigaye, abashira mu kuboko kwa Abishayi+ mwene wabo kugira batonde urugamba ngo bahure na bene Amoni+.
24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+.
11 Abantu basigaye, abashira mu kuboko kwa Abishayi+ mwene wabo kugira batonde urugamba ngo bahure na bene Amoni+.