1 Ngoma 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hanyuma avuga ati: “Abasiriya+ nibaba abakomeye rwose bakananira+, umbere rero ubukiriro; mugabo bene Amoni nibaba abakomeye rwose bakakunanira, nanje rero ndagukiza+. Imigani 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Biciye ku mpanuro, imigambi irashimangirwa+, biciye ku buyobozi bw’ubuhanga na ho urwane intambara yawe+.
12 Hanyuma avuga ati: “Abasiriya+ nibaba abakomeye rwose bakananira+, umbere rero ubukiriro; mugabo bene Amoni nibaba abakomeye rwose bakakunanira, nanje rero ndagukiza+.
18 Biciye ku mpanuro, imigambi irashimangirwa+, biciye ku buyobozi bw’ubuhanga na ho urwane intambara yawe+.