1 Ngoma 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Yowabu n’abantu bari kumwe na we begera imbere y’Abasiriya ngo barwane+, maze bano barahunga+ bava imbere yiwe.
14 Nuko Yowabu n’abantu bari kumwe na we begera imbere y’Abasiriya ngo barwane+, maze bano barahunga+ bava imbere yiwe.