1 Ngoma 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Babimenyesheje Dawidi, aca akoraniriza hamwe Isirayeli yose maze ajabuka Yorodani, ashika aho bari araheza atonda urugamba kugira ngo abarwanye+. Dawidi atonze urugamba ngo ahure n’Abasiriya, bano batangura kumurwanya.
17 Babimenyesheje Dawidi, aca akoraniriza hamwe Isirayeli yose maze ajabuka Yorodani, ashika aho bari araheza atonda urugamba kugira ngo abarwanye+. Dawidi atonze urugamba ngo ahure n’Abasiriya, bano batangura kumurwanya.