Abacamanza 6:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko kuri uwo musi yita Gideyoni Yerubayali*+, avuga ati: “Bayali niyiburanire, kuko hari uwasituriye hasi igicaniro cayo+.” Abacamanza 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Yerubayali+, ari we Gideyoni+, n’abantu bose bari kumwe na we, bahaguruka kare hanyuma bakambika kw’iriba rya Harodi; ikambi ya Midiyani yari mu buraruko bwiwe, hafi y’umurambi wa More, mu kiyaya co hasi.
32 Nuko kuri uwo musi yita Gideyoni Yerubayali*+, avuga ati: “Bayali niyiburanire, kuko hari uwasituriye hasi igicaniro cayo+.”
7 Maze Yerubayali+, ari we Gideyoni+, n’abantu bose bari kumwe na we, bahaguruka kare hanyuma bakambika kw’iriba rya Harodi; ikambi ya Midiyani yari mu buraruko bwiwe, hafi y’umurambi wa More, mu kiyaya co hasi.