Kuvayo 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 ijisho ku rindi, iryinyo ku rindi, ukuboko ku kundi, ikirenge ku kindi+, Yobu 31:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umugore wanje nasyere uwundi mugabo,Kandi abandi bagabo nibamupfukameko+. Yobu 34:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako.
11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako.