17 “‘Aho umugabo atwaye mushikiwe, umukobwa wa se canke umukobwa wa nyina, akabona koko ubwambure bwiwe, na nya mukobwa ubwiwe akabona ubwambure bw’uyo, ni agaterasoni+. Bategerezwa rero kurandurwa mu maso y’abantu b’iwabo. Aba apfukuye ubwambure bwa mushikiwe. Akwiye kwishura ikosa ryiwe.