Abalewi 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Ubwambure bwa mushikawe, umukobwa wa so canke wa nyoko wawe, yaba uwo mwavutse mu rugo rumwe canke uwavutse hanze, ubwambure bwabo ntuze ubupfukure+. Gusubira mu vyagezwe 27:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “‘Aravumwe umuntu aryamana na mushikiwe, umukobwa wa se canke wa nyina+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)
9 “‘Ubwambure bwa mushikawe, umukobwa wa so canke wa nyoko wawe, yaba uwo mwavutse mu rugo rumwe canke uwavutse hanze, ubwambure bwabo ntuze ubupfukure+.
22 “‘Aravumwe umuntu aryamana na mushikiwe, umukobwa wa se canke wa nyina+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)