2 Samweli 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ejo ni ho washika, none uno musi ntume uyererana+ natwe, kugira ngo uze urankurikira iyo nzoja hose? Subira inyuma, usubirane inyuma na bene wanyu, kandi Yehova akugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ubwizigirwa+!” Zaburi 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ewe Yehova, ubwawe ntutangīre ikigongwe cawe ngo ntikinshikire+.Ubuntu bwuzuye urukundo bwawe be n’ukuri kwawe nibinzigame nantaryo+. Zaburi 57:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Izotuma iri mw’ijuru, inkize+.Ntizobura kuvurunganya uwurondera kunsūmira n’umunwa+. Sela.Imana izotuma ubuntu bwuzuye urukundo bwayo be n’ukuri kwayo+.
20 Ejo ni ho washika, none uno musi ntume uyererana+ natwe, kugira ngo uze urankurikira iyo nzoja hose? Subira inyuma, usubirane inyuma na bene wanyu, kandi Yehova akugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ubwizigirwa+!”
11 Ewe Yehova, ubwawe ntutangīre ikigongwe cawe ngo ntikinshikire+.Ubuntu bwuzuye urukundo bwawe be n’ukuri kwawe nibinzigame nantaryo+.
3 Izotuma iri mw’ijuru, inkize+.Ntizobura kuvurunganya uwurondera kunsūmira n’umunwa+. Sela.Imana izotuma ubuntu bwuzuye urukundo bwayo be n’ukuri kwayo+.