1 Samweli 22:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Amaherezo umwami abwira Dowegi+ ati: “Wewe nuhindukire, ugurukire kuri abo baherezi!” Buno nyene Dowegi Umwedomu+ arahindukira, agurukira kuri nya baherezi; kuri uwo musi yica+ abagabo mirongo umunani na batanu bambara efodi+ y’ilino. 1 Abami 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko abagabo b’igisagara ciwe, abagabo b’inararibonye n’abanyacubahiro baba mu gisagara ciwe, bakora nk’uko nyene Yezebeli yari yabatumyeko, nk’uko nyene vyari vyanditswe mu makete yari yabarungikiye+.
18 Amaherezo umwami abwira Dowegi+ ati: “Wewe nuhindukire, ugurukire kuri abo baherezi!” Buno nyene Dowegi Umwedomu+ arahindukira, agurukira kuri nya baherezi; kuri uwo musi yica+ abagabo mirongo umunani na batanu bambara efodi+ y’ilino.
11 Nuko abagabo b’igisagara ciwe, abagabo b’inararibonye n’abanyacubahiro baba mu gisagara ciwe, bakora nk’uko nyene Yezebeli yari yabatumyeko, nk’uko nyene vyari vyanditswe mu makete yari yabarungikiye+.