2 Samweli 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Dawidi aca afata impuzu ziwe arazitantamura+, n’abagabo bose bari kumwe na we bagira kuno.