Umusiguzi 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuja ku nzu y’ikigandaro biraruta kuja ku nzu y’inzimano+, kuko iryo ari ryo herezo ry’abantu bose; kandi umuzima akwiye kubishira ku mutima.
2 Kuja ku nzu y’ikigandaro biraruta kuja ku nzu y’inzimano+, kuko iryo ari ryo herezo ry’abantu bose; kandi umuzima akwiye kubishira ku mutima.