Itanguriro 27:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ariko Esawu abikira akazikira Yakobo kubera umuhezagiro se wiwe yari yamuhezagiye+, kandi Esawu aguma avuga mu mutima wiwe+ ati: “Imisi y’ikiringo co kugandarira dawe iriko iregereza+. Inyuma y’aho, nzokwica Yakobo mwene wacu+.”
41 Ariko Esawu abikira akazikira Yakobo kubera umuhezagiro se wiwe yari yamuhezagiye+, kandi Esawu aguma avuga mu mutima wiwe+ ati: “Imisi y’ikiringo co kugandarira dawe iriko iregereza+. Inyuma y’aho, nzokwica Yakobo mwene wacu+.”