Itanguriro 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ehe uyu musi uranyirukanye koko kuri ubu butaka, kandi mu maso hawe nzohahishwa+; nzocika inyererezi+ n’impunzi kw’isi, kandi nta nkeka uwuzombona wese azonyica+.”
14 Ehe uyu musi uranyirukanye koko kuri ubu butaka, kandi mu maso hawe nzohahishwa+; nzocika inyererezi+ n’impunzi kw’isi, kandi nta nkeka uwuzombona wese azonyica+.”