Itanguriro 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Aburamu na we abwira umwami wa Sodomu ati: “Ndugije ukuboko kwanje ndahira+ Yehova Imana Musumbavyose, Uwashizeho ijuru n’isi, Itanguriro 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuko ngira nkurahize Yehova+, Imana y’amajuru n’Imana y’isi, yuko utazoronderera umuhungu wanje umugore mu bakobwa b’Abanyakanani mbayemwo+;
22 Aburamu na we abwira umwami wa Sodomu ati: “Ndugije ukuboko kwanje ndahira+ Yehova Imana Musumbavyose, Uwashizeho ijuru n’isi,
3 kuko ngira nkurahize Yehova+, Imana y’amajuru n’Imana y’isi, yuko utazoronderera umuhungu wanje umugore mu bakobwa b’Abanyakanani mbayemwo+;