Imigani 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inama mu mutima w’umuntu ni nk’amazi ari kure epfo+, mugabo umuntu ari n’ugutahura arayivoma+.