-
2 Samweli 18:18Bibiliya y’isi nshasha
-
-
18 Kandi Abusalomu ubwiwe akiriho, yari yarafashe inkingi+ arayishingira, ino ikaba iri mu Kiyaya co Hasi c’Umwami+, kuko yavuga ati: “Nta muhungu mfise kugira ngo izina ryanje rize rigume ryibukwa+.” Yita rero nya nkingi izina ryiwe+, kandi ibandanya kwitwa Icibutso ca Abusalomu gushika n’uyu musi.
-