Guharura 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi bene Rubeni+ na bene Gadi+ bari bararonse ibitungwa vyinshi, emwe, vyinshi cane. Nuko babona igihugu ca Yazeri+ n’igihugu ca Gileyadi, kandi ehe aho hantu hari ahantu habereye ibitungwa. Yosuwa 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 na Gileyadi n’akarere k’Abageshuri+ n’Abamayakati n’umusozi Herumoni+ wose na Bashani+ yose gushika i Saleka+;
32 Kandi bene Rubeni+ na bene Gadi+ bari bararonse ibitungwa vyinshi, emwe, vyinshi cane. Nuko babona igihugu ca Yazeri+ n’igihugu ca Gileyadi, kandi ehe aho hantu hari ahantu habereye ibitungwa.
11 na Gileyadi n’akarere k’Abageshuri+ n’Abamayakati n’umusozi Herumoni+ wose na Bashani+ yose gushika i Saleka+;