Kuvayo 37:1 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko Bezaleli+ akora ya Sandugu+ y’igiti c’umunyinya. Uburebure bwayo yari amatambwe abiri n’igice, ubwaguke bwayo itambwe n’igice, amahagarara yayo na yo itambwe n’igice+. Abalewi 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+.
37 Nuko Bezaleli+ akora ya Sandugu+ y’igiti c’umunyinya. Uburebure bwayo yari amatambwe abiri n’igice, ubwaguke bwayo itambwe n’igice, amahagarara yayo na yo itambwe n’igice+.
2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+.