1 Samweli 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko umuhungu umwe wa Ahimeleki mwene Ahitubu, uwitwa Abiyatari+, anyaga amagara, arahunga kugira ngo akurikire Dawidi. 1 Samweli 30:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku bw’ivyo Dawidi abwira Abiyatari+ umuherezi, mwene Ahimeleki ati: “Ndakwinginze wegeze efodi+ hafi yanje.” Abiyatari yegeza rero efodi hafi ya Dawidi.
20 Ariko umuhungu umwe wa Ahimeleki mwene Ahitubu, uwitwa Abiyatari+, anyaga amagara, arahunga kugira ngo akurikire Dawidi.
7 Ku bw’ivyo Dawidi abwira Abiyatari+ umuherezi, mwene Ahimeleki ati: “Ndakwinginze wegeze efodi+ hafi yanje.” Abiyatari yegeza rero efodi hafi ya Dawidi.