2 Samweli 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ubu rero, nimutume vyihuta kumenyesha Dawidi+ muti: ‘Iri joro nturare mu biyaya vy’ubugaragwa vy’agahinga, mugabo na wewe ujabuke ata kabuza+, umwami n’abantu bose bari kumwe na we ntibahave bamirwa+.’”
16 Ubu rero, nimutume vyihuta kumenyesha Dawidi+ muti: ‘Iri joro nturare mu biyaya vy’ubugaragwa vy’agahinga, mugabo na wewe ujabuke ata kabuza+, umwami n’abantu bose bari kumwe na we ntibahave bamirwa+.’”