2 Samweli 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo Abusalomu n’abantu bose, abagabo ba Isirayeli, binjira i Yeruzalemu+; kandi Ahitofeli+ yari kumwe na we.
15 Nayo Abusalomu n’abantu bose, abagabo ba Isirayeli, binjira i Yeruzalemu+; kandi Ahitofeli+ yari kumwe na we.