Kuvayo 22:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Ntugahamagarire akabi ku Mana+ canke ngo uvume umukuru wo mu bantu b’iwanyu+. Ivyakozwe 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Paulo na we avuga ati: “Bene wacu, sinari nzi ko ari umuherezi mukuru. Kuko vyanditswe ngo: ‘Ntukavuge nabi umutware w’igisata cawe+.’”
5 Paulo na we avuga ati: “Bene wacu, sinari nzi ko ari umuherezi mukuru. Kuko vyanditswe ngo: ‘Ntukavuge nabi umutware w’igisata cawe+.’”