2 Samweli 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku mugoroba Dawidi aravyuka ava ku gitanda ciwe, agendagenda hejuru ku gisenge+ c’inzu y’umwami; ari hejuru kuri nya gisenge abona+ umugore ariko yiyuhagira, kandi uwo mugore yasa neza cane+.
2 Ku mugoroba Dawidi aravyuka ava ku gitanda ciwe, agendagenda hejuru ku gisenge+ c’inzu y’umwami; ari hejuru kuri nya gisenge abona+ umugore ariko yiyuhagira, kandi uwo mugore yasa neza cane+.