2 Samweli 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu. 2 Samweli 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nayo Ahitofeli, abona ko impanuro yiwe itari yakurikijwe+, maze ashira itandiko ku ndogobwa hanyuma arahaguruka, aja ku nzu yiwe mu gisagara ciwe+. Maze aha amategeko urugo rwiwe+ araheza ariniga+ maze arapfa+. Nuko ahambwa+ mw’itongo ryo guhambamwo rya ba sekuruza.
12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.
23 Nayo Ahitofeli, abona ko impanuro yiwe itari yakurikijwe+, maze ashira itandiko ku ndogobwa hanyuma arahaguruka, aja ku nzu yiwe mu gisagara ciwe+. Maze aha amategeko urugo rwiwe+ araheza ariniga+ maze arapfa+. Nuko ahambwa+ mw’itongo ryo guhambamwo rya ba sekuruza.