Gusubira mu vyagezwe 2:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi Sihoni umwami wa Heshiboni ntiyaturetse ngo turengane duciye iwe, kuko Yehova Imana yawe yari yaretse impwemu yiwe igacika intabarirwa+, n’umutima wiwe ukagumarara, kugira amutange mu kuboko kwawe nk’uko biri kuri uyu musi+. 2 Ngoma 25:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Amaziya ntiyumviriza; kuko vyari bivuye ku Mana y’ukuri+ kugira ngo ibatange mu kuboko kwiwe, kubera ko bari barondeye imana za Edomu+. Zaburi 91:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko azoha abamarayika biwe itegeko ku bikwerekeye+,Ngo bakurinde mu nzira zawe zose+.
30 Kandi Sihoni umwami wa Heshiboni ntiyaturetse ngo turengane duciye iwe, kuko Yehova Imana yawe yari yaretse impwemu yiwe igacika intabarirwa+, n’umutima wiwe ukagumarara, kugira amutange mu kuboko kwawe nk’uko biri kuri uyu musi+.
20 Mugabo Amaziya ntiyumviriza; kuko vyari bivuye ku Mana y’ukuri+ kugira ngo ibatange mu kuboko kwiwe, kubera ko bari barondeye imana za Edomu+.