1 Samweli 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova ni Uwica akaba n’Uwuzigama ubuzima+,Uwumanura mu kuzimu*+ akaba n’Uwukurayo+. Yobu 34:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako. Yesaya 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;
11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako.
10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;