-
Yosuwa 2:22Bibiliya y’isi nshasha
-
-
22 Nuko baragenda, bashika mu karere k’imisozi maze bagumayo imisi itatu, gushika abariko babakurikira bagarutse. Kandi abo bariko babakurikira bariko babarondera mu nzira zose, ariko ntibababona.
-