Itanguriro 25:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yakobo araheza aha Esawu umukate n’isupu y’inkore, uno na we atangura kurya no kunywa+. Maze arahaguruka arigira. Ukwo ni ko Esawu yasuzuguye uburenganzira bwiwe bw’imfura+. 2 Samweli 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Inyuma yiwe haza Shama mwene Ageye Umuharari+. Nuko Abafilisitiya batangura gukoranira i Lehi, aho hantu ico gihe hakaba hari igice c’itongo cuzuye inkore+; maze abantu barahunga kubera Abafilisitiya.
34 Yakobo araheza aha Esawu umukate n’isupu y’inkore, uno na we atangura kurya no kunywa+. Maze arahaguruka arigira. Ukwo ni ko Esawu yasuzuguye uburenganzira bwiwe bw’imfura+.
11 Inyuma yiwe haza Shama mwene Ageye Umuharari+. Nuko Abafilisitiya batangura gukoranira i Lehi, aho hantu ico gihe hakaba hari igice c’itongo cuzuye inkore+; maze abantu barahunga kubera Abafilisitiya.