1 Samweli 26:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Abishayi abwira Dawidi ati: “Uyu musi Imana itanze umwansi wawe mu kuboko kwawe+. Ubu rero, ndakwinginze undeke ndamutobekeranye n’isi rimwe gusa, nkoresheje icumu; sindamutobekeranya kabiri.” Zaburi 31:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ntiwantanze mu kuboko kw’umwansi+.Watumye ibirenge vyanje bihagarara ahantu hagutse+.
8 Maze Abishayi abwira Dawidi ati: “Uyu musi Imana itanze umwansi wawe mu kuboko kwawe+. Ubu rero, ndakwinginze undeke ndamutobekeranye n’isi rimwe gusa, nkoresheje icumu; sindamutobekeranya kabiri.”