2 Samweli 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Amaherezo bafata Abusalomu, bamuta mu kibira, mu mwobo munini hanyuma barunda hejuru yiwe ikirundo kinini cane c’amabuye+. Isirayeli yose irahunga, umwe wese aja i muhira iwe. 1 Abami 22:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Akamo karenga gatangura guca mw’ikambi nko mu gihe c’ukurenga kw’izuba, kavuga gati: “Umuntu wese naje mu gisagara ciwe, kandi umuntu wese naje mu gihugu ciwe+!”
17 Amaherezo bafata Abusalomu, bamuta mu kibira, mu mwobo munini hanyuma barunda hejuru yiwe ikirundo kinini cane c’amabuye+. Isirayeli yose irahunga, umwe wese aja i muhira iwe.
36 Akamo karenga gatangura guca mw’ikambi nko mu gihe c’ukurenga kw’izuba, kavuga gati: “Umuntu wese naje mu gisagara ciwe, kandi umuntu wese naje mu gihugu ciwe+!”