2 Samweli 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Abusalomu atuma abatasi+ mu miryango ya Isirayeli yose kuvuga bati: “Mukimara kwumva ijwi ry’inzamba, muzoce muvuga muti: ‘Abusalomu abaye umwami+ i Heburoni+!’” 2 Samweli 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.
10 Maze Abusalomu atuma abatasi+ mu miryango ya Isirayeli yose kuvuga bati: “Mukimara kwumva ijwi ry’inzamba, muzoce muvuga muti: ‘Abusalomu abaye umwami+ i Heburoni+!’”
12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.