2 Samweli 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yowabu+ mwene Zeruwiya ni we yagaba ingabo; Yehoshafati+ mwene Ahiludi na we akaba umukarani. 2 Samweli 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze umwami ategeka Yowabu na Abishayi na Itayi ati: “Munyengengere+ wa musore Abusalomu.” Kandi abantu bose barumva igihe umwami yaha itegeko abakuru bose ku vya Abusalomu. 2 Samweli 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yowabu aca avuga ati: “Nta co nirirwa ndata umwanya imbere yawe!” Aca afata uducumu dutatu mu kiganza ciwe, aducumita+ mu mutima wa Abusalomu akiri muzima hagati+ muri ca giti kinini.
5 Maze umwami ategeka Yowabu na Abishayi na Itayi ati: “Munyengengere+ wa musore Abusalomu.” Kandi abantu bose barumva igihe umwami yaha itegeko abakuru bose ku vya Abusalomu.
14 Yowabu aca avuga ati: “Nta co nirirwa ndata umwanya imbere yawe!” Aca afata uducumu dutatu mu kiganza ciwe, aducumita+ mu mutima wa Abusalomu akiri muzima hagati+ muri ca giti kinini.