2 Samweli 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwami Dawidi ashika i Bahurimu+, maze umugabo umwe wo mu muryango w’inzu ya Sauli asohoka ng’aho, akaba yitwa Shimeyi+, mwene Gera; mu gusohoka, agenda arahamagarira akabi ku mwami+. 1 Abami 2:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Amaherezo umwami atuma guhamagara Shimeyi+ maze amubwira ati: “Niwiyubakire inzu i Yeruzalemu, ubeyo, kandi ntuze usohoke uvuyeyo ngo uje aha na hariya. 1 Abami 2:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Umwami abandanya kubwira Shimeyi ati: “Wewe ubwawe urazi ata gukeka ikibi cose umutima wawe uzi neza, ico wakoreye Dawidi dawe+; Yehova na we agiye gusubiza koko ku mutwe wawe ikibi wakoze+.
5 Umwami Dawidi ashika i Bahurimu+, maze umugabo umwe wo mu muryango w’inzu ya Sauli asohoka ng’aho, akaba yitwa Shimeyi+, mwene Gera; mu gusohoka, agenda arahamagarira akabi ku mwami+.
36 Amaherezo umwami atuma guhamagara Shimeyi+ maze amubwira ati: “Niwiyubakire inzu i Yeruzalemu, ubeyo, kandi ntuze usohoke uvuyeyo ngo uje aha na hariya.
44 Umwami abandanya kubwira Shimeyi ati: “Wewe ubwawe urazi ata gukeka ikibi cose umutima wawe uzi neza, ico wakoreye Dawidi dawe+; Yehova na we agiye gusubiza koko ku mutwe wawe ikibi wakoze+.