21 Maze Abuneri abwira Dawidi ati: “Reka mpaguruke ngende, nkoranirize Isirayeli yose ku mukama wanje umwami, kugira bagiranire isezerano nawe, kandi uzoba koko umwami wo kuganza abo umutima wawe uhahamiye bose+.” Dawidi aca arungika Abuneri, yigira amahoro+.