1 Samweli 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Avuga ati: “Ubu ni bwo buzoba uburenganzira+ bw’umwami azobaganza: Abahungu banyu azobatwara+ abashire mu mikogote+ yiwe ari abiwe, no mu bagendera ku mafarasi biwe+, kandi bamwe bazobwirizwa kwiruka imbere y’imikogote yiwe+; 1 Samweli 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Emwe, uwo musi muzoboroga kubera umwami wanyu mwitoreye+, mugabo uwo musi Yehova ntazobishura+.” 1 Abami 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi Salomo yari afise ivyariho cumi na bibiri kuri Isirayeli yose, bakaba baronsa ibifungurwa umwami n’urugo rwiwe. Umwe wese yari ajejwe ibanga ryo kubaronsa ibifungurwa ukwezi kumwe mu mwaka+.
11 Avuga ati: “Ubu ni bwo buzoba uburenganzira+ bw’umwami azobaganza: Abahungu banyu azobatwara+ abashire mu mikogote+ yiwe ari abiwe, no mu bagendera ku mafarasi biwe+, kandi bamwe bazobwirizwa kwiruka imbere y’imikogote yiwe+;
7 Kandi Salomo yari afise ivyariho cumi na bibiri kuri Isirayeli yose, bakaba baronsa ibifungurwa umwami n’urugo rwiwe. Umwe wese yari ajejwe ibanga ryo kubaronsa ibifungurwa ukwezi kumwe mu mwaka+.