ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nuko nya misore yari yarakuranye na we, ivugana na we iti: “Ibi ni vyo uzobwira abantu bakubwiye ngo: ‘So wawe yatumye ingǒgo yacu iremera, mugabo weho, nuyituremurure’; uze ubabwire uti+: ‘Urutoke rwanje rw’uruhererezi ruzoba koko runini kuruta mu mafyinga ha dawe+.

  • Zaburi 140:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Imvuzi y’agakomeye, ntishimangirwe mw’isi+.

      Umuntu w’ubukazi, ikibi ubwaco nikimuhame, kimukubite urutavanako+.

  • Imigani 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Iminwa y’ikijuju yinjira mu mitongano+, kandi akanwa kaco gahamagara inkoni+.

  • Imigani 29:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu buzomucisha bugufi+, mugabo uwuciye bugufi mu mutima azocakira ubuninahazwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika