1 Abami 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo Salomo, yicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi se wiwe+; amaherezo ingoma yiwe irashimangirwa rwose+. 1 Ngoma 29:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Salomo rero yicara ku ntebe y’ubwami ya Yehova+ ari umwami mu kibanza ca Dawidi se wiwe; araroranirwa+, kandi Abisirayeli bose baramugamburukira. Zaburi 132:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova yararahiye Dawidi+,Kandi vy’ukuri ntazokwirahuruza+:“Uwo mu bura bwawe*+Nzomushira ku ntebe yawe y’ubwami+.
12 Nayo Salomo, yicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi se wiwe+; amaherezo ingoma yiwe irashimangirwa rwose+.
23 Salomo rero yicara ku ntebe y’ubwami ya Yehova+ ari umwami mu kibanza ca Dawidi se wiwe; araroranirwa+, kandi Abisirayeli bose baramugamburukira.
11 Yehova yararahiye Dawidi+,Kandi vy’ukuri ntazokwirahuruza+:“Uwo mu bura bwawe*+Nzomushira ku ntebe yawe y’ubwami+.