Itanguriro 32:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko izuba ritangura kurasira kuri we akirengana Penuweli, mugabo yariko acumbagirira kw’itako ryiwe+. Abacamanza 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku bw’ivyo abwira n’abagabo b’i Penuweli ati: “Ninagaruka amahoro, nzositurira hasi uwu munara+.” Abacamanza 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Wa munara wa Penuweli+ na wo awusiturira hasi+, hanyuma yica abagabo bo muri ico gisagara.
31 Nuko izuba ritangura kurasira kuri we akirengana Penuweli, mugabo yariko acumbagirira kw’itako ryiwe+.