2 Abami 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze avuga ati: “Ririya buye ry’imva mbona hariya ni iki?” Abantu bo muri ico gisagara baca bamubwira bati: “Ni imva+ y’umuntu w’Imana y’ukuri yavuye muri Yuda+ agatangaza ivyo bintu ukoreye igicaniro c’i Beteli+.”
17 Maze avuga ati: “Ririya buye ry’imva mbona hariya ni iki?” Abantu bo muri ico gisagara baca bamubwira bati: “Ni imva+ y’umuntu w’Imana y’ukuri yavuye muri Yuda+ agatangaza ivyo bintu ukoreye igicaniro c’i Beteli+.”