Kuvayo 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubu rero, ndabinginze, mubabarire+ igicumuro canje iri rimwe gusa, mwinginge+ Yehova Imana yanyu ankureko gusa iki cago cica.” Guharura 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Amaherezo abantu baza kuri Musa, bavuga bati: “Twacumuye+, kuko twavuze nabi Yehova na wewe. Takambira Yehova adukureko izi nzoka+.” Nuko Musa aratakamba ku bw’abantu+. Yeremiya 37:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Umwami Zedekiya atuma Yehukali+ mwene Shelemiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya+ umuherezi kuri Yeremiya umuhanuzi, ati: “Ndakwinginze udusabire kuri Yehova Imana yacu+.” Ivyakozwe 8:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Simoni yishura ati: “Nimuntakambire kuri Yehova mwebwe+, ntihagire na kimwe mu vyo muvuze kinzako.” Yakobo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.
17 Ubu rero, ndabinginze, mubabarire+ igicumuro canje iri rimwe gusa, mwinginge+ Yehova Imana yanyu ankureko gusa iki cago cica.”
7 Amaherezo abantu baza kuri Musa, bavuga bati: “Twacumuye+, kuko twavuze nabi Yehova na wewe. Takambira Yehova adukureko izi nzoka+.” Nuko Musa aratakamba ku bw’abantu+.
3 Nuko Umwami Zedekiya atuma Yehukali+ mwene Shelemiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya+ umuherezi kuri Yeremiya umuhanuzi, ati: “Ndakwinginze udusabire kuri Yehova Imana yacu+.”
24 Simoni yishura ati: “Nimuntakambire kuri Yehova mwebwe+, ntihagire na kimwe mu vyo muvuze kinzako.”
16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.