2 Abami 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ uwo mpagarara imbere, sindayemera+.” Atangura kumugobera ngo ayemere, mugabo aguma yanka. Zaburi 139:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mbega sinanka abakwanka urunuka ga Yehova+?Mbega sinshishwa n’abakugarariza+?
16 Ariko avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ uwo mpagarara imbere, sindayemera+.” Atangura kumugobera ngo ayemere, mugabo aguma yanka.