-
Guharura 22:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Inyuma y’ivyo Balamu ahaguruka mu gitondo, abwira nya baganwa ba Balaki ati: “Nimugende mu gihugu canyu, kuko Yehova yanyankiye kujana namwe.”
-