Imigani 23:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ikimanyu cawe wariye, uzokidahwa, kandi uzoba wapfishije ubusa amajambo yawe ahimbaye+.