1 Abami 11:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Umuhungu wiwe nzomuha umuryango umwe, kugira ngo Dawidi umusavyi wanje abandanye kugira itara imbere yanje i Yeruzalemu+, igisagara nitoreye ngo ndahashire izina ryanje+. 2 Ngoma 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo Yehova ntiyashaka guhonya inzu ya Dawidi+, kubera isezerano+ yari yaragiranye na Dawidi, nk’uko kandi yari yaravuze ko we n’abahungu biwe yobahaye+ itara nantaryo+. Zaburi 132:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ng’aho, nzokuza ihembe rya Dawidi+.Natunganirije itara uwo narobanuje amavuta+. Luka 1:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 Kandi yaduhagurukirije ihembe+ ry’ubukiriro mu nzu ya Dawidi umusavyi wiwe, Luka 2:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 umuco+ wo gukura icitwikiro+ ku mahanga+ be n’ubuninahazwa bw’igisata cawe Isirayeli.” Yohani 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuco w’ukuri+ uha umuco+ abantu b’uburyo bwose+ wagira uze mw’isi. Yohani 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yezu rero yongera kubabwira ati: “Ndi umuco+ w’isi. Uwunkurikira ntazogenda agendeye mu mwiza+, mugabo azogira umuco w’ubuzima.” Ivyahishuwe 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Jewe Yezu, narungitse umumarayika wanje kubashingira intahe y’ivyo bintu ku bw’amashengero. Ni jewe muzi+ n’uruvyaro+ rwa Dawidi, nkaba n’inyenyeri y’agatondo yakaka+.’”
36 Umuhungu wiwe nzomuha umuryango umwe, kugira ngo Dawidi umusavyi wanje abandanye kugira itara imbere yanje i Yeruzalemu+, igisagara nitoreye ngo ndahashire izina ryanje+.
7 Mugabo Yehova ntiyashaka guhonya inzu ya Dawidi+, kubera isezerano+ yari yaragiranye na Dawidi, nk’uko kandi yari yaravuze ko we n’abahungu biwe yobahaye+ itara nantaryo+.
12 Yezu rero yongera kubabwira ati: “Ndi umuco+ w’isi. Uwunkurikira ntazogenda agendeye mu mwiza+, mugabo azogira umuco w’ubuzima.”
16 “‘Jewe Yezu, narungitse umumarayika wanje kubashingira intahe y’ivyo bintu ku bw’amashengero. Ni jewe muzi+ n’uruvyaro+ rwa Dawidi, nkaba n’inyenyeri y’agatondo yakaka+.’”