1 Abami 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kandi ngashikura+ ubwami inzu ya Dawidi nkabuguha, ariko ntube nk’umusavyi wanje Dawidi, we yagumije amabwirizwa yanje akongera akagendera inyuma yanje n’umutima wiwe wose mu gukora gusa ivyari bigororotse mu maso yanje+, 2 Abami 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Atangura gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+ no kugendera mu nzira yose ya Dawidi sekuruza+, ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu+.
8 kandi ngashikura+ ubwami inzu ya Dawidi nkabuguha, ariko ntube nk’umusavyi wanje Dawidi, we yagumije amabwirizwa yanje akongera akagendera inyuma yanje n’umutima wiwe wose mu gukora gusa ivyari bigororotse mu maso yanje+,
2 Atangura gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+ no kugendera mu nzira yose ya Dawidi sekuruza+, ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu+.